ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 16:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Kandi aze akerere ya mpene y’ishikanwa ry’igicumuro itangirwa abantu+, aheze azane amaraso yayo inyuma y’irido+, nya maraso+ ayagenze nk’uko yagenjeje amaraso ya ya shūri. Aze ayacucagire kuri wa murumyo n’imbere yawo.

  • Matayo 20:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Nk’uko Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe, ariko kugira akorere abandi+, no kugira atange ubuzima bwiwe bwa ncungu* ya benshi+.”

  • Yohani 1:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Bukeye abona Yezu aza amugana, avuga ati: “Raba, Umwagazi w’intama+ w’Imana ukuraho igicumuro+ c’isi+!

  • 1 Yohani 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kandi uyo ni ikimazi+ c’impongano+ ku bw’ibicumuro vyacu+, yamara atari ku bw’ivyacu+ gusa ahubwo kandi ku bw’ivy’isi yose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika