Abalewi 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze akerera rya shikanwa riturirwa, hanyuma abahungu ba Aroni bamuhereza amaraso ayamijagira hirya no hino ku gicaniro+. 2 Ngoma 29:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Bakerera+ rero nya nka, maze abaherezi bakira amaraso+ bayamijagira+ ku gicaniro; hanyuma bakerera nya mpfizi z’intama+ maze bamijagira amaraso+ ku gicaniro, bakerera na nya myagazi y’intama y’amasuguru maze bamijagira amaraso ku gicaniro.
12 Maze akerera rya shikanwa riturirwa, hanyuma abahungu ba Aroni bamuhereza amaraso ayamijagira hirya no hino ku gicaniro+.
22 Bakerera+ rero nya nka, maze abaherezi bakira amaraso+ bayamijagira+ ku gicaniro; hanyuma bakerera nya mpfizi z’intama+ maze bamijagira amaraso+ ku gicaniro, bakerera na nya myagazi y’intama y’amasuguru maze bamijagira amaraso ku gicaniro.