ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kandi umuherezi aze abifumbishe umwotsi ku gicaniro bwa bifungurwa, ishikanwa rishikanishwa umuriro ryo kuba akamoto karuhura. Ikinure cose ni ica Yehova+.

  • Abalewi 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 na ya mafyigo abiri n’ikinure kiri kuri yo, cokimwe na kirya co mu kiyunguyungu. Nayo ka gahimba ko ku gitigu, azogakuranako n’amafyigo+.

  • Abalewi 9:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Hanyuma afumbisha umwotsi ku gicaniro ikinure+ n’amafyigo na ka gahimba ko ku gitigu vyo kw’ishikanwa ry’igicumuro+, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.

  • Ezekiyeli 44:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 kubona mwinjiza abanyamahanga b’umutima utagenyerewe be n’umubiri utagenyerewe+, kugira ngo baze aheranda hanje ngo bahahumanye, kandi ari inzu yanje; kubona mushikiriza umukate wanje+, ikinure+ n’amaraso+, kandi isezerano ryanje rikaguma rirengwa ku bijanye n’ibintu vyanyu vyose biteye ishishi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika