-
Ivyakozwe 27:13Bibiliya y’isi nshasha
-
-
13 Vyongeye, aho umuyaga wo mu bumanuko uhuhutiye bukebuke, biyumvira yuko ari nk’aho bari bamaze gushika ku ntumbero yabo, baraheza bakutsa inanga, hanyuma bagendera hafi y’inkengera ya Kirete.
-