1 Abami 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Eliya+ Umutishibe wo mu baba i Gileyadi+ abwira Ahabu ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+ Imana ya Isirayeli, uwo mpagarara+ imbere koko, muri iyi myaka nta kime canke imvura bizohaba+, kiretse kw’itegeko ry’ijambo ryanje+!” Yoweli 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ivyasigajwe n’ikinyabwoya, uruzige rwabiriye+; kandi ivyasigajwe n’uruzige, uruzige rutagira amababa rwikwega hasi rwabiriye; kandi ivyo uruzige rutagira amababa rwikwega hasi rwasigaje, inyenzi yabiriye+. Hagayi 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mwabivye imbuto nyinshi, mugabo mwimbura bike+. Murarya, mugabo ntimuhaga+. Muranywa, mugabo ntimushika aho muborerwa. Murambara impuzu, mugabo nta n’umwe asusuruka; kandi uwuca ingero ayicira mw’isaho itobaguritse+.’”
17 Nuko Eliya+ Umutishibe wo mu baba i Gileyadi+ abwira Ahabu ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+ Imana ya Isirayeli, uwo mpagarara+ imbere koko, muri iyi myaka nta kime canke imvura bizohaba+, kiretse kw’itegeko ry’ijambo ryanje+!”
4 Ivyasigajwe n’ikinyabwoya, uruzige rwabiriye+; kandi ivyasigajwe n’uruzige, uruzige rutagira amababa rwikwega hasi rwabiriye; kandi ivyo uruzige rutagira amababa rwikwega hasi rwasigaje, inyenzi yabiriye+.
6 Mwabivye imbuto nyinshi, mugabo mwimbura bike+. Murarya, mugabo ntimuhaga+. Muranywa, mugabo ntimushika aho muborerwa. Murambara impuzu, mugabo nta n’umwe asusuruka; kandi uwuca ingero ayicira mw’isaho itobaguritse+.’”