ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 14:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Yehova ubwiwe arabarwanira+, namwe murinumira.”

  • Gusubira mu vyagezwe 1:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Yehova Imana yanyu ni we agendera imbere yanyu. Azobarwanira+ yisunze ivyo yagiranye namwe vyose mu Misiri mu maso yanyu bwite+,

  • Gusubira mu vyagezwe 3:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ntimubatinye, kuko Yehova Imana yanyu ari We abarwanira+.’

  • Yosuwa 23:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Mwebwe mwarabonye ibintu vyose Yehova Imana yanyu yagiriye aya mahanga yose ku bwanyu+, kuko Yehova Imana yanyu ari we yabarwanira+.

  • Zaburi 33:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Umutima wacu wamye witeze Yehova+.

      Ni we mutabazi wacu n’inkinzo yacu+.

  • Yesaya 42:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Yehova azosohoka nk’umunyenkomezi+. Azokangura umwete wiwe nk’umurwanyi+. Azovuza akaruru, egome, azorekura akaruru k’intambara+; ku bansi biwe, azokwerekana ko ari we munyenkomezi+.

  • Zakariya 14:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Emwe, Yehova azosohoka arwanye ayo mahanga+ nko ku musi arwana, ku musi w’intambara+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika