ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 20:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 kuko Yehova Imana yanyu agendana namwe ngo abarwanire mu kurwanya abansi banyu, kugira abakize+.’

  • Yosuwa 10:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi nta musi wabaye nk’uwo, haba imbere yawo canke inyuma yawo, kuko Yehova yumvirije ijwi ry’umuntu+, kubera ko Yehova ubwiwe yariko arwanira Isirayeli+.

  • Yosuwa 10:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Yosuwa afata abo bami bose n’igihugu cabo mu gihe kimwe+, kuko Yehova Imana ya Isirayeli ari we yarwanira Isirayeli+.

  • Zaburi 44:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Kuko batigaruriye igihugu n’inkota yabo+,

      Kandi ukuboko kwabo si kwo kwabazaniye ubukiriro+.

      Kuko vyakozwe n’ikiganza cawe c’iburyo n’ukuboko kwawe+ be n’umuco wo mu maso hawe,

      Kubera ko wahimbawe na bo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika