ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Muzokinagiza abansi banyu+, bagwishwe n’inkota koko imbere yanyu.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Ariko wiyubare kandi wirinde rwose+ kugira ntiwibagire ibintu amaso yawe yiboneye+ no kugira ngo ntibive mu mutima wawe imisi yose y’ubuzima bwawe+. Kandi utegerezwa kubimenyesha abana bawe n’abuzukuru bawe+,

  • Yosuwa 10:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mu gihe bariko barahunga imbere ya Isirayeli, bakiri ku mumanuko wa Beti-horoni, Yehova abatibagurirako ibibuye bininibinini+ bivuye mw’ijuru gushika i Azeka, ku buryo bapfa. Abishwe n’ayo mabuye y’urubura baba benshi kuruta abo bene Isirayeli bicishije inkota.

  • Yosuwa 10:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nuko izuba riguma rihagaze, n’ukwezi kurahagarara koko, gushika iryo hanga ryihoye abansi baryo+. None ivyo ntivyanditswe mu gitabu ca Yashari+? Nuko izuba riguma rihagaze hagati mw’ijuru, ntiryihutira kurenga, hafi umusi wose+.

  • Yosuwa 10:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Yosuwa asasika igihugu cose c’akarere k’imisozi+ na Negebu+ na Shefela+ n’imimanuko+ n’abami baho bose. Ntiyasigaza n’umwe, kandi atikiza+ ikintu cose cahumeka+, nk’uko nyene Yehova Imana ya Isirayeli yari yarategetse+.

  • Yosuwa 11:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 guhera ku musozi Halaki+, uwuduga werekeza i Seyiri+, gushika i Bayali-gadi+ mu kiyaya c’umubande ca Libani ku mucamo w’umusozi Herumoni+, yongera afata abami baho bose abatsinda hasi, arabica+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika