ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 18:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ubu rero, nutume intumwa gukoraniriza Isirayeli yose iruhande yanje ku musozi Karumeli+, na ba bahanuzi ba Bayali+ amajana ane na mirongo itanu be na ba bahanuzi amajana ane b’igikingi ceranda+, barira ku meza ya Yezebeli+.”

  • 2 Abami 2:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nuko abandanya kugenda avuye ng’aho, ashika ku musozi Karumeli+, maze avuye ng’aho asubira i Samariya.

  • Yesaya 35:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kizoshurika ata kabuza+, kandi kizonezerwa vy’ukuri n’akanyamuneza be n’akamo k’urweze+. Emwe, kizohabwa ubuninahazwa bwa Libani+, ubwiza bwakaka bwa Karumeli+ n’ubwa Sharoni+. Hazoba ababona ubuninahazwa bwa Yehova+, ubwiza bwakaka bw’Imana yacu+.

  • Yeremiya 46:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “‘Ndahiye ukubaho kwanje,’ ni ko Umwami avuze, umwe yitwa Yehova nyen’ingabo+: ‘azoza nka Tabori+ mu misozi, nka Karumeli+ iruhande y’ikiyaga.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika