ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 7:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ntuze wunge na bo ubucuti bw’ukwabirana. Umukobwa wawe ntuze umuhe umuhungu wiwe, n’umukobwa wiwe ntuze umusabire umuhungu wawe+.

  • Ezira 9:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ubu rero abakobwa banyu ntimubahe abahungu babo+, canke ngo abakobwa babo mwemere ko babirwa n’abahungu banyu; kandi gushika igihe kitagira urugero ntimuze mukore murondera amahoro yabo+ canke ugutunganirwa kwabo, kugira mukomere+, murye vy’ukuri ivyiza vy’igihugu mwongere mucigarurire koko ku bw’abahungu banyu, gushika igihe kitagira urugero+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika