Kuvayo 23:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Ntuze ugirane isezerano na bo canke imana zabo+. Kuvayo 34:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ntuzobura rero gutora bamwe mu bakobwa babo ukabashingira ku bahungu bawe+, kandi abakobwa babo ntibazobura gushurashurana n’imana zabo, bagatuma abahungu bawe bashurashurana n’imana zabo+. Gusubira mu vyagezwe 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntuze wunge na bo ubucuti bw’ukwabirana. Umukobwa wawe ntuze umuhe umuhungu wiwe, n’umukobwa wiwe ntuze umusabire umuhungu wawe+. Yosuwa 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Mugabo nimwaramuka musubiye inyuma+ mukumira koko ku yasigaye muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe, kandi mukunga koko na yo ubucuti bw’ukwabirana+ mukongera mukinjira muri yo, na yo akinjira muri mwebwe,
16 Ntuzobura rero gutora bamwe mu bakobwa babo ukabashingira ku bahungu bawe+, kandi abakobwa babo ntibazobura gushurashurana n’imana zabo, bagatuma abahungu bawe bashurashurana n’imana zabo+.
3 Ntuze wunge na bo ubucuti bw’ukwabirana. Umukobwa wawe ntuze umuhe umuhungu wiwe, n’umukobwa wiwe ntuze umusabire umuhungu wawe+.
12 “Mugabo nimwaramuka musubiye inyuma+ mukumira koko ku yasigaye muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe, kandi mukunga koko na yo ubucuti bw’ukwabirana+ mukongera mukinjira muri yo, na yo akinjira muri mwebwe,