Abacamanza 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mu nyuma, bene amatongo b’i Shekemu bose n’inzu ya Milo+ yose bakoranira hamwe hanyuma baragenda, bimika Abimeleki ngo abe umwami+, bamwimikira hafi ya ca giti kinini+, ya nkingi yari i Shekemu+. 2 Abami 14:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehowasi umwami wa Isirayeli aca atuma kuri Amaziya umwami wa Yuda ati: “Icatsi c’amahwa cari muri Libani catumye kw’isederi+ ryari muri Libani giti: ‘Nuhe umukobwa wawe umuhungu wanje amubere umugore.’ Ariko igikoko co mu gahinga cari muri Libani kirarengana, gikandagira ico catsi c’amahwa+. Zaburi 58:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Imbere y’uko inkono zanyu zumva umubambangwe ucanywe+,Umubambangwe mubisi be n’uwaka, azoyivumbura nk’umuyaga w’ikirura+. Imigani 15:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Inzu y’abinantaza Yehova azoyisambura+, mugabo azoshinga urubibe rw’umupfakazi+. Imigani 16:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ubwishime buza imbere yo gusenyuka+, umutima wibona na wo imbere yo gutsitara+.
6 Mu nyuma, bene amatongo b’i Shekemu bose n’inzu ya Milo+ yose bakoranira hamwe hanyuma baragenda, bimika Abimeleki ngo abe umwami+, bamwimikira hafi ya ca giti kinini+, ya nkingi yari i Shekemu+.
9 Yehowasi umwami wa Isirayeli aca atuma kuri Amaziya umwami wa Yuda ati: “Icatsi c’amahwa cari muri Libani catumye kw’isederi+ ryari muri Libani giti: ‘Nuhe umukobwa wawe umuhungu wanje amubere umugore.’ Ariko igikoko co mu gahinga cari muri Libani kirarengana, gikandagira ico catsi c’amahwa+.
9 Imbere y’uko inkono zanyu zumva umubambangwe ucanywe+,Umubambangwe mubisi be n’uwaka, azoyivumbura nk’umuyaga w’ikirura+.