30 Gutyo, kuri uyo musi Yehova akiza Isirayeli ayikura mu kuboko kw’Abanyamisiri+, Isirayeli na yo iribonera Abanyamisiri bapfuye, ku nkengera y’ikiyaga+.
8 “Yakobo akimara gushika mu Misiri+ hanyuma ba sogokuruza banyu bagatangura gutabaza Yehova+, Yehova yararungitse Musa+ na Aroni, kugira bakure ba sogokuruza banyu mu Misiri maze batume baba aha hantu+.