Abacamanza 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mu nyuma bene Amoni+ barakorana, maze bashinga ikambi i Gileyadi+. Nuko bene Isirayeli bakoranira hamwe baraheza bashinga ikambi i Mizipa+. Abacamanza 11:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Amaherezo Yefuta ashika i Mizipa+ i muhira iwe, maze ehe umukobwa wiwe arasohoka kumusanganira avuza akagoma yongera atamba+! Kandi yari umwana umwe rudende. Uretse we, nta muhungu canke umukobwa yari afise.
17 Mu nyuma bene Amoni+ barakorana, maze bashinga ikambi i Gileyadi+. Nuko bene Isirayeli bakoranira hamwe baraheza bashinga ikambi i Mizipa+.
34 Amaherezo Yefuta ashika i Mizipa+ i muhira iwe, maze ehe umukobwa wiwe arasohoka kumusanganira avuza akagoma yongera atamba+! Kandi yari umwana umwe rudende. Uretse we, nta muhungu canke umukobwa yari afise.