ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 34:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ntuzobura rero gutora bamwe mu bakobwa babo ukabashingira ku bahungu bawe+, kandi abakobwa babo ntibazobura gushurashurana n’imana zabo, bagatuma abahungu bawe bashurashurana n’imana zabo+.

  • Gusubira mu vyagezwe 7:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ntuze wunge na bo ubucuti bw’ukwabirana. Umukobwa wawe ntuze umuhe umuhungu wiwe, n’umukobwa wiwe ntuze umusabire umuhungu wawe+.

  • Nehemiya 13:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Mbega si akamaramaza kubona mukora ico kibi gikomeye cose mugahemukira Imana yacu mu kwabira abagore b’abanyamahangakazi+?”

  • 1 Abakorinto 7:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Umugore abohwa mu gihe cose umugabo wiwe akiriho+. Ariko iyo umugabo wiwe asinziriye mu rupfu, nta kimubuza kwubakana n’uwo ashaka, ariko mu Mukama gusa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika