ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 15:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Mugabo Itayi yishura umwami ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova n’ukubaho kw’umukama wanje umwami+, ahantu umukama wanje umwami azoba ari, haba ku bw’urupfu canke ku bw’ubuzima, ni ho umusuku wawe azoba ari+!”

  • 2 Abami 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Eliya atangura kubwira Elisha ati: “Ndakwinginze wicare ng’aha, kuko Yehova ubwiwe antumye gushika i Beteli.” Mugabo Elisha avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+ n’ukubaho kwawe+, ntituvana+.” Nuko bamanuka i Beteli+.

  • Yeremiya 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mugabo Yehova mu vy’ukuri ni Imana+. Ni we Mana nzima+ akaba n’Umwami gushika igihe kitagira urugero+. Isi izotigitishwa+ n’uburakari bwiwe, kandi amahanga ntazokwihanganira imisibo yiwe+.

  • Yeremiya 38:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nuko Umwami Zedekiya arahira Yeremiya mu bwihisho ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova, we yaduhaye ubu buzima+, sindakwica, kandi sindagutanga mu kuboko kw’abo bagabo bariko barondera ubuzima bwawe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika