Kuvayo 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Yehova abwira Musa ati: “Ubu ugira ubone ico nzokorera Farawo+, kuko biciye ku kiganza gikomeye azobarekura, kandi biciye ku kiganza gikomeye azobirukana mu gihugu ciwe+.” Kuvayo 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Hanyuma Yehova abwira Musa ati: “Ngira nzane ikindi cago kimwe kuri Farawo na Misiri. Inyuma y’ivyo azobarekura muve ng’aha+. Niyabarekura mwese hamwe, azobirukana bubirukane muve ng’aha+. Kuvayo 12:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Abanyamisiri batangura guhutagiza abo bantu kugira babirukane ningoga+ bave mu gihugu, bavuga ngo: “kuko twese ari nk’aho twapfuye+!” Zaburi 105:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Misiri yaranezerewe basohotse,Kuko ukubagirira ubwoba kwari kwabatekeye+.
6 Nuko Yehova abwira Musa ati: “Ubu ugira ubone ico nzokorera Farawo+, kuko biciye ku kiganza gikomeye azobarekura, kandi biciye ku kiganza gikomeye azobirukana mu gihugu ciwe+.”
11 Hanyuma Yehova abwira Musa ati: “Ngira nzane ikindi cago kimwe kuri Farawo na Misiri. Inyuma y’ivyo azobarekura muve ng’aha+. Niyabarekura mwese hamwe, azobirukana bubirukane muve ng’aha+.
33 Abanyamisiri batangura guhutagiza abo bantu kugira babirukane ningoga+ bave mu gihugu, bavuga ngo: “kuko twese ari nk’aho twapfuye+!”