ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nayo Abafilisitiya, bafata isandugu+ y’Imana y’ukuri, bayijana i Ashidodi+ bayikuye i Ebenezeri.

  • 2 Ngoma 26:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko asohoka kurwanya Abafilisitiya+ maze aca igihengeri mu ruhome rw’i Gati+ no mu ruhome rw’i Yabune+ no mu ruhome rw’i Ashidodi+, hanyuma yubaka ibisagara mu karere ka Ashidodi+ no mu Bafilisitiya.

  • Yeremiya 25:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 n’uruvange rwose rw’abantu, n’abami bose b’igihugu ca Uzu+, n’abami bose b’igihugu c’Abafilisitiya+ na Ashikeloni+ na Gaza+ na Ekuroni+ n’amasigarira ya Ashidodi+;

  • Zakariya 9:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Emwe, umwana w’ikivyarwa+ azovyagira i Ashidodi+, kandi nzorandura ubwishime bw’Umufilisitiya+.

  • Ivyakozwe 8:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Mugabo Filipo aboneka ari i Ashidodi, hanyuma aca muri ako karere aguma amenyesha+ inkuru nziza ibisagara vyose kugeza ashitse i Sezariya+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika