ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 17:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Izina ryawe+ niribe iryo kwizigirwa ryongere ribe irihambaye+ gushika igihe kitagira urugero, kugira ngo abantu bavuge bati: ‘Yehova nyen’ingabo+, Imana ya Isirayeli+, ni Imana kuri Isirayeli+,’ kandi inzu ya Dawidi umusavyi wawe ibe iyamaho imbere yawe+.

  • 1 Ngoma 29:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ubukuru+ n’ubushobozi+ n’ubwiza+ n’ukuba agahebuza+ n’iteka+ ni ivyawe, ewe Yehova; kuko ikintu cose mu majuru no mw’isi ari icawe+. Ubwami ni ubwawe+, ewe Yehova, wewe mukuru ari hejuru ya vyose*+.

  • Zaburi 72:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Izina ryiwe rininahaye nirihezagirwe gushika igihe kitagira urugero+,

      Ubuninahazwa bwiwe bwuzure isi yose+.

      Amen kandi Amen.

  • Matayo 6:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Nuko rero musenge mutya+:

      “‘Dawe wa twese uri mw’ijuru, izina ryawe+ niryezwe+.

  • Yohani 12:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Data, ninahaza izina ryawe.” Ijwi+ rero riva mw’ijuru riti: “Nararininahaje kandi nzokwongera kurininahaza+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika