ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 9:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Dawidi abandanya kumubwira ati: “Ntutinye, kuko ntazobura kukugirira ubuntu bwuzuye urukundo+ ku bwa Yonatani so wawe+; kandi nzogusubiza koko itongo+ ryose rya Sauli sokuru wawe, kandi wewe ubwawe uzokwama urira umukate ku meza yanje+.”

  • 2 Samweli 10:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuko Dawidi avuga ati: “Nzogirira ubuntu bwuzuye urukundo Hanuni mwene Nahashi, nk’uko nyene se wiwe yangiriye ubuntu bwuzuye urukundo+.” Dawidi rero atuma kumuhoza ku bijanye na se wiwe, biciye ku basuku biwe+, maze abasuku ba Dawidi bashika mu gihugu ca bene Amoni.

  • Imigani 11:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kubera ukumera neza kw’abagororotsi, igisagara akamwemwe karagisya+, mugabo iyo ababisha bayogeye haraba akamo k’umunezero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika