-
2 Samweli 14:7Bibiliya y’isi nshasha
-
-
7 None ehe umuryango wose wahagurukiye umusukukazi wawe, ukaguma uvuga uti: ‘Tanga uwagaritse mwene wabo+ kugira ngo tumwice+ kubera ubuzima bwa mwene wabo, uwo yishe, mbere tuzimanganye samuragwa!’ Kandi ntibazobura kuzimya akariro k’amakara yanje gasigaye, kugira ngo ntibahe umugabo wanje izina canke agasigarira ku buringanire bw’ubutaka+.”
-