ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kuko baduga, bo n’ibitungwa vyabo, kumwe n’amahema yabo. Baza ari benshi nk’inzige+, kandi bo n’ingamiya zabo ntibagira igitigiri+; baraza mu gihugu kugira bakiyogeze+.

  • 1 Samweli 13:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Abafilisitiya na bo bakoranira hamwe ngo barwanye Isirayeli, imikogote y’intambara+ ibihumbi mirongo itatu n’abagendera ku mafarasi ibihumbi bitandatu n’abantu mu bwinshi bangana n’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga+; nuko baraduga maze batangura gukambika i Mikimashi, mu buseruko bwa Beti-aveni+.

  • 2 Ngoma 32:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Gire umutima rugabo kandi mukomere+. Ntimutinye+ canke ngo mutekerwe n’ubwoba+ kubera umwami wa Ashuri+ no kubera isinzi ryose riri kumwe na we+; kuko abo turi kumwe ari benshi kuruta abari kumwe na we.

  • Abaheburayo 11:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 barahagarika inguvu z’umuriro+, barakira ubugi bw’inkota+, baragirwa abanyabubasha kandi bari goyigoyi+, baraba intwari mu ntambara+, barakinagiza ingabo z’abanyamahanga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika