1 Abami 3:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nuko Isirayeli yose yumva iyo ngingo y’ubutungane+ umwami yari yashikirije; maze baratinya kubera umwami+, kuko babona yuko ubukerebutsi+ bw’Imana bwari muri we, kugira ashitse ingingo y’ubutungane. 2 Ngoma 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umwamikazi wa Sheba abonye ubukerebutsi bwa Salomo+ n’inzu yari yarubatse+, Umusiguzi 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi uretse ko umukoranyashengero yari yacitse inkerebutsi+, yarigishije kandi abantu ubumenyi ubudahengeshanya+, arazirikana yongera aracukura+, kugira atunganye imigani myinshi mu rutonde+.
28 Nuko Isirayeli yose yumva iyo ngingo y’ubutungane+ umwami yari yashikirije; maze baratinya kubera umwami+, kuko babona yuko ubukerebutsi+ bw’Imana bwari muri we, kugira ashitse ingingo y’ubutungane.
9 Kandi uretse ko umukoranyashengero yari yacitse inkerebutsi+, yarigishije kandi abantu ubumenyi ubudahengeshanya+, arazirikana yongera aracukura+, kugira atunganye imigani myinshi mu rutonde+.