Yesaya 34:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yehova arafise inkota; itegerezwa kwuzuzwa amaraso+; itegerezwa gukíma kubera ikinure, kubera amaraso y’impfizi z’intama z’imikangara n’amasuguru y’impene, kubera ikinure+ c’amafyigo y’impfizi z’intama. Kuko Yehova afise ikimazi i Bozira, n’ikeragura rikomeye mu gihugu ca Edomu+. Yesaya 63:1 Bibiliya y’isi nshasha 63 Ni nde uyo aje ava i Edomu+, uw’impuzu z’amabara abengagira aje ava i Bozira+, uyo ateye iteka mu vyambarwa vyiwe, agendera mu bwinshi bw’inkomezi ziwe? “Ni jewe, Umwe avuga mu bugororotsi+, Umwe agwije inkomezi ku bwo gukiza+.” Yeremiya 49:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Kuko nirahiye jewe ubwanje+,” ni ko Yehova avuze, “yuko Bozira+ ata kindi izocika atari akajoreza+, iceyi, agatikizo, n’umuvumo; kandi ibisagara vyayo vyose bizocika ibibanza vyatikijwe gushika igihe kitagira urugero+.” Amosi 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nanje nzorungika umuriro i Temani+, urigate iminara yo kubamwo y’i Bozira+.’
6 Yehova arafise inkota; itegerezwa kwuzuzwa amaraso+; itegerezwa gukíma kubera ikinure, kubera amaraso y’impfizi z’intama z’imikangara n’amasuguru y’impene, kubera ikinure+ c’amafyigo y’impfizi z’intama. Kuko Yehova afise ikimazi i Bozira, n’ikeragura rikomeye mu gihugu ca Edomu+.
63 Ni nde uyo aje ava i Edomu+, uw’impuzu z’amabara abengagira aje ava i Bozira+, uyo ateye iteka mu vyambarwa vyiwe, agendera mu bwinshi bw’inkomezi ziwe? “Ni jewe, Umwe avuga mu bugororotsi+, Umwe agwije inkomezi ku bwo gukiza+.”
13 “Kuko nirahiye jewe ubwanje+,” ni ko Yehova avuze, “yuko Bozira+ ata kindi izocika atari akajoreza+, iceyi, agatikizo, n’umuvumo; kandi ibisagara vyayo vyose bizocika ibibanza vyatikijwe gushika igihe kitagira urugero+.”