8 Mu karere ka Yorodani, aharabana na Yeriko, amaja mu buseruko, batanga Bezeri+ mu gahinga ku mataba mu muryango wa Rubeni+, na Ramoti+ muri Gileyadi mu muryango wa Gadi, be na Golani+ muri Bashani mu muryango wa Manase.
2 Nuko haciye imyaka, amanuka kwa Ahabu i Samariya+; Ahabu ashikana ku bwa Yehoshafati n’abantu bari kumwe na we ibimazi vyinshi vy’intama+ n’inka. Maze atangura kumuhendahenda+ ngo baduge gutera Ramoti-gileyadi+.