Kuvayo 34:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 ntuze ugirane isezerano n’ababa muri ico gihugu, kuko batazobura gushurashurana n’imana zabo+ bakongera bagashikanira ibimazi izo mana zabo+. Kandi ntihazobura uwugutumira, nawe ata gukeka ukarya ku kimazi ciwe+. Yeremiya 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Aho ndabiboneye, kuko Isirayeli w’umuhemu yari yararenze ibigo, ndamwirukana+ kandi ndamuha icete c’ukwahukana na we buhere+, yamara mwene wabo w’umuhemu Yuda ntiyatinye, mugabo na we nyene atangura kuja gukora ubumaraya+.
15 ntuze ugirane isezerano n’ababa muri ico gihugu, kuko batazobura gushurashurana n’imana zabo+ bakongera bagashikanira ibimazi izo mana zabo+. Kandi ntihazobura uwugutumira, nawe ata gukeka ukarya ku kimazi ciwe+.
8 Aho ndabiboneye, kuko Isirayeli w’umuhemu yari yararenze ibigo, ndamwirukana+ kandi ndamuha icete c’ukwahukana na we buhere+, yamara mwene wabo w’umuhemu Yuda ntiyatinye, mugabo na we nyene atangura kuja gukora ubumaraya+.