ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 11:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze Yehova ahagurukiriza Salomo+ uwo kumurwanya+, ari we Hadadi Umwedomu wo mu ruvyaro rw’umwami. Yari muri Edomu+.

  • 2 Ngoma 33:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Amaherezo Yehova abateza+ abakuru b’ingabo z’umwami wa Ashuri+; nuko bafatira Manase mu myobo+, bamubohesha+ amapingu abiri y’umujumpu hanyuma bamujana i Babiloni.

  • Ezira 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Mu mwaka wa mbere wa Kuro+ umwami w’Ubuperesi, kugira ngo ijambo rya Yehova ryavuye mu kanwa ka Yeremiya+ riranguke, Yehova akabura+ impwemu ya Kuro umwami w’Ubuperesi ku buryo ategeka ko haterwa akamo+ mu karere atwara kose, bigashirwa no mu nyandiko+, ngo:

  • Yesaya 10:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Ahaa! Umwashuri+, inkoni y’ishavu ryanje+, n’agakoni kari mu kuboko kwabo ku bw’imisibo yanje!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika