ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “‘Maze ca kimasa kize gikerererwe imbere ya Yehova; kandi bene Aroni, abaherezi+, baze bashikirize amaraso bongere bayamijagire hirya no hino kuri ca gicaniro*+ kiri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro.

  • 2 Ngoma 29:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Bakerera+ rero nya nka, maze abaherezi bakira amaraso+ bayamijagira+ ku gicaniro; hanyuma bakerera nya mpfizi z’intama+ maze bamijagira amaraso+ ku gicaniro, bakerera na nya myagazi y’intama y’amasuguru maze bamijagira amaraso ku gicaniro.

  • 2 Ngoma 30:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nuko baguma bahagaze+ mu kibanza cabo nk’uko ingingo yabo yari, bisunze itegeko rya Musa umuntu w’Imana y’ukuri, abaherezi+ bakamijagira amaraso bahawe n’Abalewi.

  • Abaheburayo 9:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Hanyuma ihema+ be n’ivyombo vyose vy’igikorwa gikorerwa abantu na vyo nyene abimijagira amaraso+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika