1 Ngoma 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Bene Yosiya bari aba: imfura yari Yohanani, uwugira kabiri yari Yehoyakimu+, uwugira gatatu yari Zedekiya+, uwugira kane akaba Shalumu. Yeremiya 37:1 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nuko Umwami Zedekiya+ mwene Yosiya+ atangura kuganza mu kibanza ca Koniya+ mwene Yehoyakimu+, uwo Nebukadirezari umwami wa Babiloni yari yagize umwami mu gihugu ca Yuda+.
15 Bene Yosiya bari aba: imfura yari Yohanani, uwugira kabiri yari Yehoyakimu+, uwugira gatatu yari Zedekiya+, uwugira kane akaba Shalumu.
37 Nuko Umwami Zedekiya+ mwene Yosiya+ atangura kuganza mu kibanza ca Koniya+ mwene Yehoyakimu+, uwo Nebukadirezari umwami wa Babiloni yari yagize umwami mu gihugu ca Yuda+.