ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 6:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 wewe ubwawe uze rero wumvirize uri mu majuru, uri ahantu hashimangiye uba+, maze ukore wisunze ivyo uwo munyamahanga azoba aguhamagariye vyose+; kugira ngo ibisata vyo kw’isi vyose bimenye izina ryawe+ kandi bigutinye+, nk’uko igisata cawe Isirayeli kigutinya, kandi bimenye yuko izina ryawe ryambarijwe kuri iyi nzu nubatse+.

  • Zaburi 65:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Wewe wumva amasengesho, emwe, abantu b’ubwoko bwose bazoza kuri wewe+.

  • Daniyeli 9:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Tega ugutwi, Mana yanje, wumve+! Niwugurure amaso yawe, ubone ingene twacitse imisaka, ubone n’igisagara citiriwe izina ryawe+; kuko tudasutse imbere yawe ukwinginga kwacu twisunze ibikorwa vyacu vy’ubugororotsi+, ahubwo tubigize twisunze imbabazi zawe nyinshi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika