-
Gusubira mu vyagezwe 13:17Bibiliya y’isi nshasha
-
-
17 Kandi ntihaze hagire ikintu na kimwe, emwe na kimwe, kimata ku kuboko kwawe co ku kintu caziririjwe kikagirwa ceranda+, kugira ngo Yehova ahindukire areke ishavu ryiwe rirurumba+, maze akugirire koko imbabazi kandi akwereke koko imbabazi+ yongere akugwize, nk’uko nyene yarahiye ba sogokuruza bawe+.
-