Zaburi 25:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ibuka imbabazi zawe+, ewe Yehova, be n’ibikorwa vyawe vy’ubuntu bwuzuye urukundo+,Kuko ari ivyo kuva igihe kitagira urugero+. Zaburi 51:1 Bibiliya y’isi nshasha 51 Ngirira ubutoni, ewe Mana, nk’uko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buri+.Nuhanagure ibigabitanyo vyanje nk’uko ubwinshi bw’imbabazi zawe buri+. Zaburi 130:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Isirayeli nagume arindiriye Yehova+.Kuko hari ubuntu bwuzuye urukundo kwa Yehova+,Kandi ni na ko iwe hagwiriye ugucungura+.
6 Ibuka imbabazi zawe+, ewe Yehova, be n’ibikorwa vyawe vy’ubuntu bwuzuye urukundo+,Kuko ari ivyo kuva igihe kitagira urugero+.
51 Ngirira ubutoni, ewe Mana, nk’uko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buri+.Nuhanagure ibigabitanyo vyanje nk’uko ubwinshi bw’imbabazi zawe buri+.
7 Isirayeli nagume arindiriye Yehova+.Kuko hari ubuntu bwuzuye urukundo kwa Yehova+,Kandi ni na ko iwe hagwiriye ugucungura+.