25Vyongeye, Dawidi n’abakuru+ b’imigwi y’abakora igikorwa+ batandukanya ku bw’igikorwa bamwe muri bene Asafu na Hemani+ na Yedutuni+, abavuga ubuhanuzi bakoresheje inanga+ n’ibicurarangisho vy’imirya+ n’ivyuma bisāma+. Muri bo harimwo abagabo bari n’ivyo bajejwe ku bw’igikorwa cabo.
6 Abo bose bari bayobowe na se mu vyo kuririmba ku nzu ya Yehova, bakoresheje ivyuma bisāma+ n’ibicurarangisho vy’imirya+ n’inanga+ ku bw’igikorwa co ku nzu y’Imana y’ukuri.
Abayoborwa n’umwami bari Asafu na Yedutuni na Hemani+.