Itanguriro 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ku bw’ivyo rero Yehova abona ko ububi bw’umuntu bwari bugwiriye mw’isi be n’uko impengamiro+ yose y’ivyiyumviro vy’umutima wiwe yari mbi gusa igihe cose+. Yesaya 53:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Twese twarayerereye nk’intama+; twarahindukiye umwe wese agana inzira yiwe bwite; Yehova ubwiwe yatumye ikosa ryacu twese rihura n’uyo+. Yeremiya 8:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Narateze ugutwi+, nguma numviriza+. Ntibagumye bavuga nk’uko bibereye. Nta muntu n’umwe yigaye ububi bwiwe+, ati: ‘Mbega ivyo nakoze ni ibiki?’ Umwe wese asubira mu nzira ya benshi+, nk’ifarasi yirasa mu rugamba. Zefaniya 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 be n’abasubira inyuma bakareka gukurikira Yehova+, bakaba kandi batarondeye Yehova canke ngo bamusiguze+.”
5 Ku bw’ivyo rero Yehova abona ko ububi bw’umuntu bwari bugwiriye mw’isi be n’uko impengamiro+ yose y’ivyiyumviro vy’umutima wiwe yari mbi gusa igihe cose+.
6 Twese twarayerereye nk’intama+; twarahindukiye umwe wese agana inzira yiwe bwite; Yehova ubwiwe yatumye ikosa ryacu twese rihura n’uyo+.
6 Narateze ugutwi+, nguma numviriza+. Ntibagumye bavuga nk’uko bibereye. Nta muntu n’umwe yigaye ububi bwiwe+, ati: ‘Mbega ivyo nakoze ni ibiki?’ Umwe wese asubira mu nzira ya benshi+, nk’ifarasi yirasa mu rugamba.
6 be n’abasubira inyuma bakareka gukurikira Yehova+, bakaba kandi batarondeye Yehova canke ngo bamusiguze+.”