1 Samweli 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mu nyuma abagabo b’i Zifu+ baduga kwa Sauli i Gibeya+, bavuga bati: “Mbega Dawidi ntiyihishije+ hafi yacu mu bibanza bigoye gushikamwo, i Horeshi+, ku murambi wa Hakila+, uwuri ku ruhande rw’iburyo rwa Yeshimoni+? 1 Samweli 26:1 Bibiliya y’isi nshasha 26 Mu nyuma abagabo ba Zifu+ baza kuri Sauli i Gibeya+, bavuga bati: “Mbega Dawidi ntiyinyegeje ku murambi wa Hakila+, urabana na Yeshimoni+?”
19 Mu nyuma abagabo b’i Zifu+ baduga kwa Sauli i Gibeya+, bavuga bati: “Mbega Dawidi ntiyihishije+ hafi yacu mu bibanza bigoye gushikamwo, i Horeshi+, ku murambi wa Hakila+, uwuri ku ruhande rw’iburyo rwa Yeshimoni+?
26 Mu nyuma abagabo ba Zifu+ baza kuri Sauli i Gibeya+, bavuga bati: “Mbega Dawidi ntiyinyegeje ku murambi wa Hakila+, urabana na Yeshimoni+?”