Gusubira mu vyagezwe 31:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yehova rero abwira Musa ati: “Ehe ugira uryame hamwe na ba sogokuruza bawe+; kandi aba bantu ntibazobura guhaguruka+ bagashurashura n’imana z’inyamahanga z’igihugu bariko barajamwo+, hagati yabo nyene, kandi bazonta koko+ barenge kw’isezerano ryanje nagiranye na bo+. Gusubira mu vyagezwe 32:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Aho Yeshuruni*+ atanguriye kudoha, ni ho yaciye atera imigere+.Waradoshe, warakakamye, waradigamwe+.Yaciye aheba Imana, ari yo yamuremye+Asuzugura Igitandara+ c’ubukiriro bwiwe. Abacamanza 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko bene Isirayeli batangura gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+ no gukorera za Bayali+. 2 Samweli 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kandi ng’aho hari umugabo w’imburakimazi+ yitwa Sheba+, mwene Bikiri Umubenyamini; atangura kuvuza inzamba+ maze avuga ati: “Nta muturi dufise muri Dawidi, kandi nta ntoranwa dufise muri mwene Yese+. Umwe wese ku mana ziwe+, ewe Isirayeli!” Nehemiya 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+.
16 Yehova rero abwira Musa ati: “Ehe ugira uryame hamwe na ba sogokuruza bawe+; kandi aba bantu ntibazobura guhaguruka+ bagashurashura n’imana z’inyamahanga z’igihugu bariko barajamwo+, hagati yabo nyene, kandi bazonta koko+ barenge kw’isezerano ryanje nagiranye na bo+.
15 Aho Yeshuruni*+ atanguriye kudoha, ni ho yaciye atera imigere+.Waradoshe, warakakamye, waradigamwe+.Yaciye aheba Imana, ari yo yamuremye+Asuzugura Igitandara+ c’ubukiriro bwiwe.
20 Kandi ng’aho hari umugabo w’imburakimazi+ yitwa Sheba+, mwene Bikiri Umubenyamini; atangura kuvuza inzamba+ maze avuga ati: “Nta muturi dufise muri Dawidi, kandi nta ntoranwa dufise muri mwene Yese+. Umwe wese ku mana ziwe+, ewe Isirayeli!”
26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+.