ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 15:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Umwansi yavuze ngo: ‘Ndabakurikirana+! Ndabahamvya+!

      Ndagabura isahu+! Umutima wanje urabahimba!

      Ndasokora inkota yanje! Ukuboko kwanje kurabirukana+!’

  • 1 Samweli 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Ntimuvuge menshi mubigiranye ubwibone bwinshi gutyo,

      Ntihagire ikintu akanwa kanyu kavugana ugushirukanya+,

      Kuko Yehova ari Imana y’ubumenyi+,

      Kandi ibikorwa arabigera ata karenganyo+.

  • Zaburi 17:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Bizitije ikinure cabo+;

      Bavuganye ubwibone n’akanwa kabo+;

  • Ezekiyeli 28:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Mwana w’umuntu, bwira indongozi ya Tiro uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze:

      “‘“Ko umutima wawe wacitse uwibona+, kandi ukaguma uvuga ngo: ‘Ndi imana+. Niyicariye mu cicaro c’imana+, mu nda y’igezi ry’ikiyaga+,’ kandi uri umuntu yakuwe mw’ivu+, utari imana+, kandi umutima wawe ukaguma uwugira nk’umutima w’imana . . .

  • 2 Petero 2:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kuko bavuga amajambo yo kwishira hejuru ata co amaze, kandi biciye ku vyipfuzo vy’umubiri+ no ku ngeso z’ubushirasoni bararyosharyosha+ abakiva mu vyara+ vy’abantu bagendera mu buzimire.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika