Zaburi 66:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko wadusuzumye, ewe Mana+;Wadutyoroye nk’uwutyorora ifeza+. Zaburi 94:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hahiriwe umuntu w’umugabo ukosora, ewe Ya+,Uwo wigisha ivyo mw’itegeko ryawe+, Yesaya 53:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo Yehova ubwiwe yarahimbawe no kumujanjagura+; yamuteye kurwara+. Niwamugira nk’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+, azobona uruvyaro rwiwe+, azorehura imisi yiwe+, kandi mu kuboko kwiwe ibihimbara+ Yehova bizokunda+. 2 Abakorinto 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 nk’abatazwi yamara kandi bazwi+, nk’abariko barapfa yamara kandi, ehe turiho+, nk’abatojwe indero+ yamara kandi batatanzwe ngo bicwe+, Abaheburayo 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kuko uwo Yehova akunda amutoza indero; nkako, ahushagura uwo wese yakira nk’umwana wiwe+.”
10 Mugabo Yehova ubwiwe yarahimbawe no kumujanjagura+; yamuteye kurwara+. Niwamugira nk’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+, azobona uruvyaro rwiwe+, azorehura imisi yiwe+, kandi mu kuboko kwiwe ibihimbara+ Yehova bizokunda+.
9 nk’abatazwi yamara kandi bazwi+, nk’abariko barapfa yamara kandi, ehe turiho+, nk’abatojwe indero+ yamara kandi batatanzwe ngo bicwe+,