2 Samweli 22:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yehova ampemba nk’uko ubugororotsi+ bwanje buri;Nk’uko ukudahumana kw’amaboko yanje kuri, ni ko anyishura+. Yohani 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Uwuvuga ivyo yibwiye aba ariko arondera ubuninahazwa bwiwe bwite; mugabo uwurondera ubuninahazwa+ bw’uwamurungitse, uwo ni we w’ukuri, kandi nta kutagororoka kuba muri we. Abaroma 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko Musa yandika yuko umuntu ashikije ubugororotsi bwo mw’Itegeko azobeshwaho na bwo+. 1 Yohani 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umuntu wese yavutse ku Mana ntashishikara igicumuro+, kuko urubuto rurondoka rwayo ruguma muri mwene uyo, kandi ntashobora kuza aracumura, kuko yavutse ku Mana+.
21 Yehova ampemba nk’uko ubugororotsi+ bwanje buri;Nk’uko ukudahumana kw’amaboko yanje kuri, ni ko anyishura+.
18 Uwuvuga ivyo yibwiye aba ariko arondera ubuninahazwa bwiwe bwite; mugabo uwurondera ubuninahazwa+ bw’uwamurungitse, uwo ni we w’ukuri, kandi nta kutagororoka kuba muri we.
9 Umuntu wese yavutse ku Mana ntashishikara igicumuro+, kuko urubuto rurondoka rwayo ruguma muri mwene uyo, kandi ntashobora kuza aracumura, kuko yavutse ku Mana+.