1 Samweli 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Arinda ibirenge vy’intahemuka ziwe+;Nayo ababisha, banumirizwa mu mwiza+, Kuko umuntu atanesha biciye ku nkomezi+. Zaburi 43:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Rungika umuco wawe n’ukuri kwawe+.Ivyo bibe ari vyo binyobora+.Nibinzane ku musozi wawe mweranda no kw’itaberenakulo* yawe ihambaye+. Imigani 6:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko ibwirizwa ari itara+, itegeko na ryo rikaba umuco+, kandi ibikangiro vy’indero ni vyo nzira y’ubuzima+, Yesaya 51:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Nunyumvirize, wa gisata canje; nawe muryango wanje w’amahanga+, nuntege ugutwi. Kuko itegeko rizosohoka rivuye kuri jewe+, kandi ingingo yanje y’ubutungane* nzoyishinga ibe nk’umuco ku bisata vy’abantu+. Abaroma 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko ivyanditswe kera vyose vyanditswe+ kugira bitwigishe+, kugira ngo biciye ku kwihangana+ kwacu no ku ruhoza+ ruva mu Vyanditswe tugire icizigiro+. 2 Timoteyo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Icanditswe cose cahumetswe n’Imana+ kandi ni ngirakamaro ku kwigisha+, ku gukangīra+, ku kugorora ibintu+, ku gutoza indero+ mu bugororotsi, 2 Petero 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko rero, turafise ijambo ry’ubuhanuzi+ ryagizwe ntakekeranywa kuruta+; kandi muriko mugira neza kuryitwararika nk’itara+ rikayanganira ahantu h’umwiza, gushika umusi utamanzuye n’inyenyeri y’umutwenzi*+ igaseruka, mu mitima yanyu.
9 Arinda ibirenge vy’intahemuka ziwe+;Nayo ababisha, banumirizwa mu mwiza+, Kuko umuntu atanesha biciye ku nkomezi+.
3 Rungika umuco wawe n’ukuri kwawe+.Ivyo bibe ari vyo binyobora+.Nibinzane ku musozi wawe mweranda no kw’itaberenakulo* yawe ihambaye+.
23 Kuko ibwirizwa ari itara+, itegeko na ryo rikaba umuco+, kandi ibikangiro vy’indero ni vyo nzira y’ubuzima+,
4 “Nunyumvirize, wa gisata canje; nawe muryango wanje w’amahanga+, nuntege ugutwi. Kuko itegeko rizosohoka rivuye kuri jewe+, kandi ingingo yanje y’ubutungane* nzoyishinga ibe nk’umuco ku bisata vy’abantu+.
4 Kuko ivyanditswe kera vyose vyanditswe+ kugira bitwigishe+, kugira ngo biciye ku kwihangana+ kwacu no ku ruhoza+ ruva mu Vyanditswe tugire icizigiro+.
16 Icanditswe cose cahumetswe n’Imana+ kandi ni ngirakamaro ku kwigisha+, ku gukangīra+, ku kugorora ibintu+, ku gutoza indero+ mu bugororotsi,
19 Nuko rero, turafise ijambo ry’ubuhanuzi+ ryagizwe ntakekeranywa kuruta+; kandi muriko mugira neza kuryitwararika nk’itara+ rikayanganira ahantu h’umwiza, gushika umusi utamanzuye n’inyenyeri y’umutwenzi*+ igaseruka, mu mitima yanyu.