ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Mu ntango+ Imana+ yaremye+ amajuru n’isi+.

  • Zaburi 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Iyo mbonye amajuru yawe, ibikorwa vy’intoke zawe+,

      Ukwezi n’inyenyeri wateguye+,

  • Zaburi 115:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Muri abahezagiwe na Yehova+,

      Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+.

  • Zaburi 124:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Ugutabarwa kwacu kuri mw’izina rya Yehova+,

      Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+.”

  • Yesaya 40:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “Raramurira amaso yanyu iyo hejuru murabe. Ni nde yaremye ivyo bintu+? Ni Umwe asohora ingabo zavyo ku gitigiri, zose akazihamagara mu mazina yazo+. Kubera umurengera w’inguvu rukozi+, kandi akaba yuzuye ingoga mu bubasha, nta n’imwe muri zo ibura.

  • Ivyakozwe 17:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Imana yakoze isi n’ibintu vyose biri muri yo, nk’uko Iyo nyene iri, ikaba ari yo Mukama w’ijuru n’isi+, ntiba mu nsengero zakozwe n’amaboko y’abantu+,

  • Ivyahishuwe 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Urabereye, Yehova, egome wewe Mana yacu, kuronka ubuninahazwa+ n’iteka+ n’ububasha+, kubera ko waremye vyose+, kandi kubera ukugomba kwawe+ vyarabayeho, biraremwa+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika