Zaburi 94:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Baguma bavuga ngo: “Ya* ntabibona+;Imana ya Yakobo ntitahura+.” Yesaya 29:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Baragowe abagera kure cane mu guhisha inama Yehova ubwiwe+, ibikorwa vyabo bikabera ahantu h’umwiza+, bakavuga bati: “Ni nde atubona, kandi ni nde atuzi+?” Yeremiya 23:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 “Canke hari umuntu yohishwa mu bwihisho nanje sindamubone+?”, ni ko Yehova avuze. “Mbega jewe sinuzuye koko amajuru n’isi+?”, ni ko Yehova avuze.
15 Baragowe abagera kure cane mu guhisha inama Yehova ubwiwe+, ibikorwa vyabo bikabera ahantu h’umwiza+, bakavuga bati: “Ni nde atubona, kandi ni nde atuzi+?”
24 “Canke hari umuntu yohishwa mu bwihisho nanje sindamubone+?”, ni ko Yehova avuze. “Mbega jewe sinuzuye koko amajuru n’isi+?”, ni ko Yehova avuze.