Zaburi 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Raba! Hari umuntu yibungenze ibintu bibabaza+,Yasamye inda y’ivyago, kandi nta kabuza azokwibaruka ikinyoma+. Zaburi 73:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Barishinyira, bakavuga ibibi+;Bavuga ivy’ukugunga mu mvugo ihanitse+. Zaburi 119:118 Bibiliya y’isi nshasha 118 Washibuye abo bose bazimira bakava ku ngingo nyobozi zawe+;Kuko amayeri yabo ari ibinyoma gusa+.
14 Raba! Hari umuntu yibungenze ibintu bibabaza+,Yasamye inda y’ivyago, kandi nta kabuza azokwibaruka ikinyoma+.