2 Samweli 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yowabu abwira Amasa ati: “Ni impore ga mwene wacu+?” Maze ukuboko kw’iburyo kwa Yowabu gufata ubwanwa bwa Amasa kugira ngo amusome+. Matayo 12:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, mushobora gute kuvuga ibintu vyiza kandi muri babi+? Kuko ibibogaboga mu mutima ari vyo akanwa kavuga+. Luka 22:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Akiriko aravuga, haza isinzi, kandi wa wundi yitwa Yuda, umwe muri bamwe cumi na babiri, yariko agendera imbere yabo+; hanyuma yegera Yezu ngo amusome+.
9 Yowabu abwira Amasa ati: “Ni impore ga mwene wacu+?” Maze ukuboko kw’iburyo kwa Yowabu gufata ubwanwa bwa Amasa kugira ngo amusome+.
34 Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, mushobora gute kuvuga ibintu vyiza kandi muri babi+? Kuko ibibogaboga mu mutima ari vyo akanwa kavuga+.
47 Akiriko aravuga, haza isinzi, kandi wa wundi yitwa Yuda, umwe muri bamwe cumi na babiri, yariko agendera imbere yabo+; hanyuma yegera Yezu ngo amusome+.