Itanguriro 24:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Na we avuga ati: “Nunywe, mukama wanje.” Aca yururukiriza ningoga umubindi wiwe ku kiganza ciwe maze aramuha aranywa+. Yosuwa 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 (Ariko we yari yabaduganye ku gisenge+, abanyegeza mu duti tw’ilino* yari yaritondekeye mu misitari ku gisenge.) 2 Abami 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ndakwinginze tumukorere icumba co hejuru+ gitoyi ku ruhome hanyuma tumushirireyo uburiri n’imeza n’intebe n’igitereko c’amatara+; maze igihe cose azoba aje iwacu azoshobora gukeberezayo+.” Ivyakozwe 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nya mugore n’abo mu rugo rwiwe bamaze kubatizwa+, avuga yinginga ati: “Nimba mubonye ko ndi umwizigirwa kuri Yehova, nimwinjire mu nzu yanje, muhagume+.” Aratugobera ngo twemere+.
18 Na we avuga ati: “Nunywe, mukama wanje.” Aca yururukiriza ningoga umubindi wiwe ku kiganza ciwe maze aramuha aranywa+.
6 (Ariko we yari yabaduganye ku gisenge+, abanyegeza mu duti tw’ilino* yari yaritondekeye mu misitari ku gisenge.)
10 Ndakwinginze tumukorere icumba co hejuru+ gitoyi ku ruhome hanyuma tumushirireyo uburiri n’imeza n’intebe n’igitereko c’amatara+; maze igihe cose azoba aje iwacu azoshobora gukeberezayo+.”
15 Nya mugore n’abo mu rugo rwiwe bamaze kubatizwa+, avuga yinginga ati: “Nimba mubonye ko ndi umwizigirwa kuri Yehova, nimwinjire mu nzu yanje, muhagume+.” Aratugobera ngo twemere+.