2 Samweli 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kandi ng’aho hari umugabo w’imburakimazi+ yitwa Sheba+, mwene Bikiri Umubenyamini; atangura kuvuza inzamba+ maze avuga ati: “Nta muturi dufise muri Dawidi, kandi nta ntoranwa dufise muri mwene Yese+. Umwe wese ku mana ziwe+, ewe Isirayeli!” 1 Abami 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “So wawe yatumye ingǒgo yacu iba iyigumye, none rero wewe nuturemurure+ igikorwa kigumye ca so wawe n’ingǒgo* yiwe iremereye+ yadushizeko, natwe tuzogukorera+.”
20 Kandi ng’aho hari umugabo w’imburakimazi+ yitwa Sheba+, mwene Bikiri Umubenyamini; atangura kuvuza inzamba+ maze avuga ati: “Nta muturi dufise muri Dawidi, kandi nta ntoranwa dufise muri mwene Yese+. Umwe wese ku mana ziwe+, ewe Isirayeli!”
4 “So wawe yatumye ingǒgo yacu iba iyigumye, none rero wewe nuturemurure+ igikorwa kigumye ca so wawe n’ingǒgo* yiwe iremereye+ yadushizeko, natwe tuzogukorera+.”