ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 72:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Imisozi nishīre abantu amahoro+,

      N’imirambi nyene, biciye ku bugororotsi.

  • Yesaya 11:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ku musozi mweranda wanje wose+, nta kizokora inabi+ canke ngo kigire ico cononye; kuko isi izokwuzura koko ubumenyi bwa Yehova nk’uko amazi apfutse ikiyaga+.

  • Yesaya 65:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 “Ibingira+ n’umwagazi w’intama bizorishanya+, kandi intambwe izorya ubwatsi nk’ishūri+; nayo inzoka, umukungugu ni wo uzoba indya zayo+. Nta nabi bizokora+ canke ngo bigire ico vyononye ku musozi wanje mweranda iyo uva ukagera+,” ni ko Yehova avuze.

  • Daniyeli 2:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Uwo mwanya, ca cuma, rya bumba ribumbabumvye, wa mujumpu, ya feza na ya nzahabu, vyose hamwe, birajanjagurwa bicika nk’umuguruka uvuye ku mbuga y’ikubitiro yo mu ci+, maze umuyaga urabijana ku buryo ata n’ikanda ryavyo riboneka+. Nya buye ryari rikubise ico gishusho ricika umusozi munini, ryuzura isi yose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika