Itanguriro 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 nzogukuramwo ihanga rikomeye, kandi nzoguhezagira, kandi izina ryawe nzorigira irihambaye; nuko nube umuhezagiro+. Gusubira mu vyagezwe 10:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ba sogokuruza bawe bamanutse mu Misiri bari kumwe n’abantu mirongo irindwi+, none ubu Yehova Imana yawe yakugize nk’inyenyeri zo mu majuru mu bwinshi+. Yesaya 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Wagwije ihanga+; warigwirije umunezero+. Banezerewe imbere yawe n’umunezero nk’uwo mu gihe c’iyimbura+, nk’abagira akanyamuneza igihe bagabura isahu+. Yesaya 51:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimwitegereze Aburahamu+ so+, na Sara+ uwahavuye abavyara mu bubabare bw’ukwibaruka. Kuko Aburahamu yari umwe igihe namuhamagara+, ndaheza ndamuhezagira, ndamugwiza+.
2 nzogukuramwo ihanga rikomeye, kandi nzoguhezagira, kandi izina ryawe nzorigira irihambaye; nuko nube umuhezagiro+.
22 Ba sogokuruza bawe bamanutse mu Misiri bari kumwe n’abantu mirongo irindwi+, none ubu Yehova Imana yawe yakugize nk’inyenyeri zo mu majuru mu bwinshi+.
3 Wagwije ihanga+; warigwirije umunezero+. Banezerewe imbere yawe n’umunezero nk’uwo mu gihe c’iyimbura+, nk’abagira akanyamuneza igihe bagabura isahu+.
2 Nimwitegereze Aburahamu+ so+, na Sara+ uwahavuye abavyara mu bubabare bw’ukwibaruka. Kuko Aburahamu yari umwe igihe namuhamagara+, ndaheza ndamuhezagira, ndamugwiza+.