ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 21:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko Yehova arungika inzoka z’ubumara+ mu bantu, ziguma zikomora abantu, ku buryo abantu benshi ba Isirayeli bapfa+.

  • Gusubira mu vyagezwe 8:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 uwagucishije muri ka gahinga kanini kandi gateye ubwoba+, karimwo inzoka z’ubumara+ n’utumina, karimwo n’ubutaka bugadutse, butagira amazi; uwagukuriye amazi mu gitandara c’isare+;

  • Yeremiya 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi ntibavuze ngo: ‘Yehova ari hehe, Umwe yatudugana adukuye mu gihugu ca Misiri+, Umwe yaducisha mu gahinga, mu gihugu c’ibiyaya vy’ubugaragwa+ n’ivyobo, mu gihugu kitagira amazi+ kandi c’igitutu kizitanye+, mu gihugu ata muntu yagiciyemwo kandi ata muntu yakuwe mw’ivu yakibayemwo?’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika