Zaburi 69:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko nikoreye iceyi kubera wewe+,Agateterwe kampfutse mu maso+. Yesaya 53:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yarasuzugurwa kandi akinubwa n’abantu+; yari umuntu agenewe imibabaro n’ukumenya indwara+. Wamenga twari duhishijwe mu maso h’umuntu+. Yarasuzugurwa, tukamubona nk’ubusa+. Luka 23:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mugabo bari kumwe na ba bantu indiri babo bose barasemerera bati: “Kuraho uyo+, ariko uturekurire Baraba+!”
3 Yarasuzugurwa kandi akinubwa n’abantu+; yari umuntu agenewe imibabaro n’ukumenya indwara+. Wamenga twari duhishijwe mu maso h’umuntu+. Yarasuzugurwa, tukamubona nk’ubusa+.
18 Mugabo bari kumwe na ba bantu indiri babo bose barasemerera bati: “Kuraho uyo+, ariko uturekurire Baraba+!”